Wathuti : “Africa yabwirizwa gufatirwako ku ngingo zose zizova muri COP27”

Wathuti : “Africa yabwirizwa gufatirwako ku ngingo zose zizova muri COP27”
Africa niyo si ibako abashika imiliyoni 20 z'abantu, babangamiwe n’ikigoyi kivuye ku mpinduka z’ibidukikije.
Inama y’isi ku bidukikije COP27, hari abayitaziririye Africa. Ariko hari amakenga ku barwanira ibidukikije nka Elizabeth Wathuti wo muri Kenya,
ko ibikorwa, n’ingingo vy’ubu, bidashingiye kuri bato bo kuri uwo mugabane.