Intambara yo muri ukraine: Raba ingene ibisagara biri ku rwasiro vyasambuwe

    • Umwanditsi, Na Alys Davies
    • Igikorwa, BBC News

Mu gihe intambara hagati y'ingabo za Ukraine n'iz'Uburusiya zibandanya mu buseruko bwa Ukraine, abafata amasanamu barashoboye gushika mu turere turi mu minwe y'ingabo za Ukraine ku rwasiro ku wa gatatu.

Aya masanamu arashira ahabona ukuri guteye ubwoba ku buzima bw'abanyagihugu mu karere k'intambara.

All photos subject to copyright.