Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Liberia: Prezida yatowe George Weah asaba ababa hanze gutahuka
Prezida George Weah aheruka gutogwa muri Nigeria, asaba abenegihugu baba hanze kugaruka mu gihugu bagafasha kugisanura.
Yateye ako kamo mu nama ya mbere n'abamenyeshamakuru, kuva igihe atangarijwe ko yatsinze amatora ya kabiri.
Uwo mukinyi rurangiranwa wa kera mu mupira w'amaguru, avuga ko ubumenyi hamwe n'ubuzobere bw'abanya Liberia baba hanze, bishobora gufasha guteza imbere igihugu no kuzamura ubutunzi.
Bwana Weah yakomewe amashi avuze ko ingeso y'ibiturire ata kibanza ifise mu burongozi bwiwe.
Vyitezwe ko atangura amabanga yo kurongora igihugu mu kwezi kwa mbere.