Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ubuswisi gusubiza Nigeriya amadolari yasahuwe na Sani Abacha
Ubuswis buravuga ko bugiye gusubiza Nigeriya amadolari arenga miliyoni 320 yasahuwe na Jenerali Sani Abacha wari perezida w'icyo gihugu.
Ubuswisi buravuga ko banki y'isi igomba kugira uruhare mu gukurikirana uko ayo madolari azagirira abaturage ba Nigeriya akamaro.
Birakekwa ko Jenerali Abacha, wapfuye muri 1998 ari umukuru w'igihugu, yasahuye amadolari arenga miliyari 2.
Ntabwo umubare w'amadolari amaze gusubizwa mu gihugu uramenyekana.
Kugaruza umutungo wa leta wasahuwe, n'imwe mu nshingano ikomeye Perezida Muhammadu Buhari yihaye.