Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Perezida Buhari yavuganye na Trump
Mw'itangazo ryasohowe n'ibiro vya perezida wa Nigeria, biravugwa ko yavuganye na perezida Trump ku kibazo co gutanga ibikoresho vya gisirikare bigenewe kurwanya iterabwoba.
Igisirikare ca Nigeria kiriko kigerageza kurwanya umutwe wa Boko Haram.
Bwana Buhari asanzwe ari kwivuza mu gisagara ca Londres ariko ikibazo afise nticameneyshejwe.
Muri Nigeria havuzwe vyinshi ku bijanye n;amagara yiwe.
Uwundi yateganya kuvugana na Trump uyu munsi n'umukuru w'igihgu wa Afrika y'epfo Jacob Zuma.