Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Aba Shia mu rugamba rwo gushaka kubohoza Mosul
Abayoboke b'umurwi wa "Popular Mobilisation Forces" bagwiriyemwo aba Shia, bavuga ko bariko barasatira igisagara ca Tal Afar ku birometero bigera ku 60 uja muji wa Mosul.
Iki nico gitero ca mbere gikomeye gikozwe n'abo mu mugwi w'aba Shia mu ntambara ya Iraq, kandi buguruye urundi rugamba ku ruhande rw'uburengero bwa Mosul.
Uruhara rw'aba Shia ntiruvugwako rumwe na bose, umushikiranganji wa mbere Haider al-Abadi, yavuga ko badashobora kwinjira Mosul, umuji ugwiriyemwo aba Sunni.