Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Abantu 17 bipfuye bahunga muri Beni-DRC
Abanyagihugu bo mu karere ka Beni mu buseruko bwa Congo bikanze igitero c'umurwi usanzwe ukunda kuhagaba ibitero.
Abenshi muri bapfuye batwawe, abandi bafashwe n'umutima.
Amakuru ava muri Beni avuga ko ibintu vyagiye kuyangara igihe umusirikare yari mu mwambaro usanzwe yatangura kurasa mu kirere.
Abaharanira uburenganzira bwabo bavuga ko abantu bagera ku 1000 bamaze kwicwa kuva mu myaka ibiri iheze muri Congo, mu bitero bikekwa ko bikorwa n'umurwi ADF Nalu uturuka mu gihugu kibanyi ca Uganda.