Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Prezida wa Turkia asaba kutagabanya imvyaro
Prezida wa Turkia Reccep Tayyip Erdogan yasavye aba Islam kureka gukoresha ibintu bituma bagabanya imvyaro kugira ngo baronke abana benshi.
Mu nkuru yaciye kuri television za reta, Erdogan yavuze ko ata muryango wa Islam wotegerejwe kugabanya imvyaro kandi ko ari ngombwa kuronka abana benshi.
Imigwi y'abapfasoni yari imaze imisi inebagura uwo mutegetsi wa Turkia kuko yitiranya ukuvyara abo ushobora kurera no kugambanira igihugu, ari na ko atemera uburinganire bw'abakobwa n'abahungu.