Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ingabo za Kenya zarwanye na al Shabab
Hari amakuru avuga ko habaye gutana mu mitwe hagati y'ingabo za Kenya ziri mu nteko zijejwe kugarura amahoro muri Somalia n'umurwi al-Shabab.
Ingabo za Kenya zivuga ko zaguye mu mutego, ariko zikivuna zigashobora kwica abanywanyi ba al Shabab 21, n'ubwo zatakaje babiri mu ngabo.
Al Shabab nayo ivuga ko yishe abasirikare ba Kenya 12, isambura n'imodokari zabo 6.
Iyo ntambara yabereye kw'ibarabara rija mu gisagara ca Afmadow, aho ingabo za Kenya zavuze ko ziciye aba al shabab 19 ku munsi wa gatatu.