Tunisia: Ukuntu video zitari ukuri zakweze urwanko ku birabure

Uku niko video zitari ukuri zakoreshejwe ku mbuga nka TikTok muri Tunisia, mu gukwega urwanko ku Banyafrika bava mu karere ko munsi y'ubugaragwa bwa Sahara, baba muri Tunisia.

Ijambo ry'umukuru w'igihugu ca Tunisia ni ryo ryaje kwunyura ibintu...

Kwiyamiriza amacakubiri ku birabure muri Tunisia
Insiguro y'isanamu, Kwiyamiriza amacakubiri ku birabure muri Tunisia