Kilikou - Kuva kunywa 'colle' na 'essence' mw'ibarabara ukaba umuririmvyi rurangiranwa

Insiguro ya video, Burundi - Kuva kunywa 'colle' na 'essence' mw'ibarabara ukaba umuririmvyi rurangiranwa
Kilikou - Kuva kunywa 'colle' na 'essence' mw'ibarabara ukaba umuririmvyi rurangiranwa

Ku munsi mpuzamakungu w'umwana wo muri Afrika, umuririmvyi w'umurundi Kirikou, yamaze igice c'ubuzima bwiwe mw'ibarabara, atera akamo ko gufasha abana bakiri muri bwo.