Video: Umupasitori yatanguje umudiho wa rap utamenyerewe mu guhimbaza Imana

Insiguro ya video, Pasitori Thérence Icintije wo muri 'Eglise Jerusalem du Burundi' yatanguje umudiho wa rap mu guhimbaza Imana
Video: Umupasitori yatanguje umudiho wa rap utamenyerewe mu guhimbaza Imana

Pasitori Thérence Icintije wo muri 'Eglise Jerusalem du Burundi' aririmbira Imana mu mudiho wa rap utari umenyerewe mu ndirimbo zo guhimbaza.

Avuga ko bagerageje kumuca intege bavuga ko ari umudiho w'aba 'voyou', ariko ku bwiwe, ngo ingabire zose ziba ari nziza iyo zikoreshejwe neza.

Bamwe mu bakristu bavuga ko ari umudiho mwiza, kuko uretse ko ujanye n'ibihe tugezemwo, ngo bobo bumviriza ahanini ubutumwa buba buri mu ndirimbo.

Pasitori Thérence Icintije

Ahavuye isanamu, PASTEUR THERENCE ICINTIJE