Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
COP27 : Za miliyari $100 yemerwa ageze he?
COP27 : Za miliyari $100 yemerwa ageze he?
Tahura ivyo ayo ma miliyari yemewe n’ibihugu rutura, ku mwaka, ko yofasha ibihugu bigitera imbere.
Ni mu gihe ivyo bihugu bibangamirwa n’itituka ry’ibidukikije ku mvo zituruka mu bihugu bitunze.
Ayo mahera aragarukwako no mu nama y’isi COP27 kuri iki kibazo, ibera muri Egypt ubu.