Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Isanganya rya gariyamoshi mu Bugiriki: 36 barapfuye, 250 barakomereka
Uku niko vyari bimeze mw'ijoro ryo kuwa kabiri mu Bugiriki igihe gariyamoshi itwara ingenzi yagongana n'iy'itwara imizigo.
Abantu 36 barapfuye abandi 250 barakomereka, mu gihe bakirondera ababuriwe irengero.