Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Video: Francine Niyonsaba atacemerewe guhiganwa ubu akora iki?
- Umwanditsi, Cyriaque Muhawenayo
- Igikorwa, BBC Gahuzamiryango
Francine Niyonsaba yarankiwe gusubira kuja mu mahiganwa adafashe imiti yo kugabanya imisemburo afise ku rugero nk'urwo abagabo. None ubu akora iki? Inyishu muri iyo video.