Jaques Chirac yakatiwe imyaka ibiri.

Ahavuye isanamu,
Jacques Chirac yagirizwa ko yatanze ubuzi batabaho ku banywanyi b'umgambwe wiwe , igihe yari umukuru w'igisagara ca Paris, aho yakatiwe gupfungw aimyaka ibiri , ariko igihano ntigishirwe mu ngiro.
Chirac abaye uwa mbere akatiwe mu kiringo c' imyaka myinshi kuva kuri Marchall Petain.
Umunyamakuru wa BBc avuga ko umucamanza yirengagije yirengagije agahato k' impande zompi, haba umushikirizamanza canke uwunganira Chirac, bifuza ko yorekurwa.






