Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Marie Terese Mukamitsindo afasha abimukira bava mu bihugu bitandukanye
Uyu munyarwandakazi ufite ubwenegihugu bw'Ubutaliyani, aherutse kuronka agashimwe ka Maoney Gram.
Mu kiganiro c'abagore c'uyu munsi, BBC yavuganye na Marie Therese Mukamitsindo.
Iki kigo co kurungikanira amafaranga, camushimiye kubera ibikorwa vyiwe vyo gufasha abimukira mu Butaliyani.
Yishura ku bibazo vya Jacques Niyitegeka.