Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Igitero cahitanye abasirikare 10 muri Mali
Igisirikare ca Mali catangaje ko hari abasoda 10 bahitanywe n'igitero mu buraruko bw'igihugu.
Abandi bashika 20 ngo boba bakomeretse, ighe abikekwa kuba intagondwa z'aba Islamu batereye kw'ikambi ya gisirikare ya Soumpi.
Ibitero vy'intagondwa z'aba Islamu vyariyongeye muri ano mezi ya vuba.
Mu ntango z'ino ndwi abasivile 26 barishwe, igihe imodoka barimwo iciriye kuri mine hagati mu gihugu ca Mali.