Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Alexei Navalny imbere y'urukiko i Moscow
Umukuru w'abatavuga rumwe na leta mu Burusiya, Alexei Navalny, yagejejwe imbere y'urukiko i Moscow nyuma y'umunsi umwe atawe muri yombi kubera imyigaragambyo irwanya leta yakoresheje ku cyumweru.
Iyo myigaragambyo yabaye hirya no hino mu gihugu cyari ikimenyetso cyo guhangana na leta kuva haba imyigaragambyo irwanya leta hashize itanu.
Imyigaragambyo yabaye ejo yari yiganjemo urubyiruko.
Igipolisi cyo mu Burusiya cyanenzwe cyane kubera gukoresha ingufu zikabije mu guhagarika iyo myigaragambyo.
Leta zunze ubumwe ubumwe za Amerika n'umuryango w'ubumwe bw'uburayi byasabye leta y'Uburusiya guhita irekura abatawe muri yombi maze ko iryo tabwa muri yombi ari igitutsi kuri demokarasi.
Ku cyumweru abapolisi bari bafite za dembo birukanye abigaragambyaga mu rubuga rwa Pushkin kimaze kubabwira ku bari bahari mu buryo butemewe n'amategeko.
Abanyamakuru bari mu Burusiya baravuga ko iyo myigaragambyo ariyo ikomeye irwanya leta mu myaka mike ishize.
Abigaragambyaga basaba ministri w'intebe Dmitry Medvedev kwegura.
Bamushinja gukoresha umwanya afite maze akigwizaho umutungo urimwo amazu n'amato bihenda cyane.