Amatora muri Amerika: Uko vyagenze isaha ku yindi

Ahavuye isanamu, PA
Kurikirana umunota ku wundi uko igikorwa co guharura amajwi kiriko kiragenda muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, hamwe n'ibindi bihabera.
Guharura amajwi vyatanguye muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika, uku niko amajwi ariko araza, hamwe n'ibindi biriko biraba umwanya ku wundi.
Amasaha yose ni mpuzamakungu (GMT)
07:56. Donald Trump atsinze amatora y'umukuru w'igihugu wa leta Zunze Ubumwe za Amerika, nyuma yo guhamagarwa na Hillary Clinton akemera ko yatsinzwe

05:29. Clinton atsinze intara yarwanirwa ya Nevada.

04:32. Trump atsinze intara yarwanirwa ya Florida

04:07. Trump atsinze Carolina ya ruguru

03:41. Cliton yegukanye intara yarwanirwa ya Colorado

03:33. Clinton atsinze Virginia

03:28. Trump atsinze Ohio

03:03. Ibiro vy'amatora vyugwe:
Iowa
Nevada
Montana
Utah
02:30. Aha ni ahandi ibiro vy'amatora vyugaye:
Colorado
Wisconsin
Nebraska (district ya kabiri)
Minnesota
Arizona
Michigan
New Mexico
Texas
Nebraska (district ya mbere)
Louisiana
South Dakota
North Dakota
Kansas
Nebraska (district ya gagatu)
Nebraska PV
New York
Wyoming
hugaye 01:30
Arkansas - TRUMP
hugaye 01:00
02:13. Clinton afise 104; Trump afise 129; hanewe 270 kugira utsinde.
01:44. Aba Republicains vyitezwe ko bagumana ubwinshi mu nama nshingamateka
01:19. Ibiro vy'amatora vy'ugaye aha hakurikira: Alabama
Connecticut
Delaware - CLINTON
Florida
Illinois - CLINTON
Maine -
Maryland - CLINTON
Massachusetts
Mississippi - TRUMP
Missouri
New Hampshire
New Jersey - CLINTON
Oklahoma - TRUMP
Pennsylvania
Rhode Island - CLINTON
Tennessee
Washington DC - CLINTON
01:08. Trump Vyitezwe ko atsinda amajwi y'intara yose 6 ya Mississippi; Clinton Vyitezwe ko atsindira aya Illinois yose 20 n'aya Maryland 10
00:33. Trump atsinze West Virginia
00:29. Ibiro vy'itora muri leta ya California vyugawe kubera ukurasana kwahabereye
00:28. Ku bimaze kumenyekana, Clinton afise 3; Trump afise 19; hakenewe 270 kugira utsinde.










