Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
ONU iratabariza abanyamakuru ba Somalia
Mu cegeranyo c'umugwi w'ishirahamwe mpuzamakungu ONU ku gateka ka zina muntu, cerekana ko kuva mu 2014, abandi banyamakuru 120 batawe muri yompi ataco bagirizwa.
Ibigo bitari bike vy'itangazamakuru vyarugawe muri Somalia.
Icegeranyo c'umurwi wa ONU kuri Somalia, kirasaba kandi ko uburenganzira bwo kumenyesha amakuru bwubahirizwa imbere y'amatora y'abashingamateka teganijwe mu mpera z'uku kwezi.
Ico cegeranyo kandi kivuga ko abashingamateka bagera kuri 18 bishwe kuva mu mwaka wa 2012, kimwe n'abanya poliike.