Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Kim Jon Un avuga iki ku intwaro za kirimbuzi za Koreya ya ruguru?
Perezida wa Koreya ya ruguru, Kim Jon Un, yavuze ko igihugu cye gifite intwaro za kirimbuzi za nuclear zishobora kurasa Amerika.
Mu ijambo rye ry'umwaka mushya, Kim Jon Un, yavuze ko kubera ko ibyo avuga ari ukuri, Amerika idashobora gushoza intambara kuri Koreya ya ruguru.
Yanakoresheje n'imvugo y'ubworoherane ku gihugu cy'igituranyi cya Koreya y'epfo n'Amerika avuga ko yitegeuye ibiganiro na Koreya y'epfo,