Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Rayon Sport izohiganirwa igikombe c'imigwi yatahukanye ibikombe mu bihugu vyayo muri Afrika
Imigwi yo mu karere ko mu buseruko bwa Afrika, Al Hilal yo muri Sudani, Gor Mahia yo muri Kenya, Rayon Sport yo mu Rwanda hamwe na Yanga yo muri Tanzania yose yaronse uburenganzira bwo kuja mu matsinda aharanira igikombe c'imigwi yatwaye ibikombe iwabo muri Afrika.
Iyo migwi ine yagiye mu yindi 16 izotomboza ingene izohura n'aho yatsinzwe mu rukino rwo gusubiza ku musi wa gatatu.
Nta mugwi n'umwe wo mu karere ka Afrika y'ubuseruko urigera utwara igikombe na kimwe ku mugabane wa Afrika kuva mu 1989, aho Al Merreikh wo muri Sudani igikombe ca Africa.