Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Russia : Gute “umutetsi wa Putin” yagize inguvu nk'izi?
Russia : Gute “umutetsi wa Putin” yagize inguvu nk'izi?
Yevgeny Prigozhin niwe mukuru w'igisoda c'abacangero, Wagner.
Kizwi mu ntambara za Syria, Libya n’ahandi muri Africa.
Aho intambara zigeze muri Ukraine, ivyo avuga, hibazwa nimba umubano wa be na Putin uzorama.