Russia : Gute “umutetsi wa Putin” yagize inguvu nk'izi?

Insiguro ya video, Yevgeny Prigozhin niwe mukuru w'igisoda c'abacangero, Wagner.
Russia : Gute “umutetsi wa Putin” yagize inguvu nk'izi?

Yevgeny Prigozhin niwe mukuru w'igisoda c'abacangero, Wagner.

Kizwi mu ntambara za Syria, Libya n’ahandi muri Africa.

Aho intambara zigeze muri Ukraine, ivyo avuga, hibazwa nimba umubano wa be na Putin uzorama.

Yevgeny Prigozhin, umukuru wa Wagner
Insiguro y'isanamu, Yevgeny Prigozhin