Afghanistan: Inkuru y'uwakorotse ku ndege ya Amerika ahunga aba-Taliban
Benshi baribuka mu mwaka uheze igihe Kabul, umurwa mukuru wa Afghanistan, yahungwa na benshi imaze gufatwa n'aba-Taliban.
Inkuru y'abantu bakorotse bava ku ndege y'igisirikare ca Amerika iratanguye kumenyekana...







