Ifoto ya Donald Trump yinjizwa agasho, n’ivyakurikiye

Ifoto ya Donald Trump yinjizwa agasho, n’ivyakurikiye

“Ibintu nk’ibi ntivyari bwigere biba…”,

Donald Trump yabivuga igihe yarengutswa, agapfungwa akanya gato.

Aho i Atlanta muri leta ya Georgia yapfungiwe iminota 20, hari ababona ko ari ikimenyetso c’ubutungane.

Mu matohoza amaze kurengutswamwo incuro 4 imbere y’inzego z’ubutungane za Amerika, we avuga ko bifise imvo za politike.