Ifoto ya Donald Trump yinjizwa agasho, n’ivyakurikiye

Insiguro ya video, “Ibintu nk’ibi ntivyari bwigere biba…”, Donald Trump
Ifoto ya Donald Trump yinjizwa agasho, n’ivyakurikiye

“Ibintu nk’ibi ntivyari bwigere biba…”,

Donald Trump yabivuga igihe yarengutswa, agapfungwa akanya gato.

Aho i Atlanta muri leta ya Georgia yapfungiwe iminota 20, hari ababona ko ari ikimenyetso c’ubutungane.

Mu matohoza amaze kurengutswamwo incuro 4 imbere y’inzego z’ubutungane za Amerika, we avuga ko bifise imvo za politike.

Donald Trump yafotowe nk'abandi bapfungwa

Ahavuye isanamu, Fulton County Sheriff's office

Insiguro y'isanamu, Ifoto ya trump nk'umupfungwa