Gaza : abana bakoze iki ngo babone ibi?

Insiguro ya video, "Ivyo babonye mu bihomoka vy'icumba cabo ni ntibagiranwa"
Gaza : abana bakoze iki ngo babone ibi?

Wael Qudeih ni umu nye Gaza y’epfo, se w’abana b’abakobwa 3 n’abahungu 2.

Igihe c’agahengwe k’ibitero, yasubiye iwabo kuraba uko habaye.

Basanze inzu bubatse igihe kirekire “ngo abana bazokuriremwo” yarabomowe.

Ni kuva Israel itanguye gutera Gaza, ivuga ko ishaka 'kurandura' Hamas.

"Ivyo babonye mu bihomoka vy'icumba cabo ni ntibagiranwa"
Insiguro y'isanamu, "Ivyo babonye mu bihomoka vy'icumba cabo ni ntibagiranwa"