Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Mu mafoto: igitero ca Hamas kuri Israel n’ibitero vyo kwihora mu karere ka Gaza
Mu gatondo ko ku wa gatandatu, umuhari Hamas w’Abanyapalestina warateye Israel. Abanyapalestina bitwaje ibirwanisho bariteye muri Israel bavuye mu karere ka Gaza, mu gihe ibihumbi n’ibihumbi vy’ibisasu vya muzinga vyariko biraterwa ku butaka bwa Israel.
Mu kwihora Israel yaciye itangura gucucagira ibibombe mu Karere ka Gaza.
Ng’aya amafoto n'amashusho makuru makuru yafashwe n’abanyamakuru muri iyi ntambara ibandanya hagati y’izi mpande zibiri.