Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Pele yitavye Imana : kuki yitwa ‘umwami wa football’?
Pele yitavye Imana : kuki yitwa ‘umwami wa football’?
Pele ni we wenyene amaze gutsindira igikombe c’isi gatatu [1958, 1962, 1970].
Bresil yasubiriye kugitsindira mu 1994 no mu 2002, we atagikina.
Mu nkino zizwi, aharurwako ibitsindo 1 283.
Yitavye afise imyaka 82. Yari arwaye ‘cancer’, ibivyimba mu nda.
Insiguro / Audace Machado