Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
“Ntaho turi buje ngo duhunze Hezbollah”
“Ntaho turi buje ngo duhunze Hezbollah”
Benshi baramaze guhunga, bata izabo kubera ibitero hagati y’umuhari Hezbollah n’igisirikare ca Israel.
Abo ni ababa ku mpande z’imipaka zose za Liban na Israel.
Umuhari Hezbollah utera mu kwifadikanya na Hamas, muri Israel.
BBC yashikiriye bamwe mu batahunze.