“Ntaho turi buje ngo duhunze Hezbollah”

Insiguro ya video, Ku mpande zose z'umupaka wa Liban na Israel, abantu ibihumbi barahunze.
“Ntaho turi buje ngo duhunze Hezbollah”

Benshi baramaze guhunga, bata izabo kubera ibitero hagati y’umuhari Hezbollah n’igisirikare ca Israel.

Abo ni ababa ku mpande z’imipaka zose za Liban na Israel.

Umuhari Hezbollah utera mu kwifadikanya na Hamas, muri Israel.

BBC yashikiriye bamwe mu batahunze.

Ku mpande zose z'umupaka wa Liban na Israel, abantu ibihumbi barahunze.
Insiguro y'isanamu, Ku mpande zose z'umupaka wa Liban na Israel, abantu ibihumbi barahunze.