Amatora ya Amerika: Donald Trump yahatswe kugandagurwa

Insiguro ya video, Raba ingene Donald Trump yarusimvye ari mu myiyamamazo muri Pennsylvania
Amatora ya Amerika: Donald Trump yahatswe kugandagurwa

Igihe yari mu myiyamamazo mu ntara ya Pennsylvania, uwahoze ari umukuru w'igihugu ca Reta Zunze Ubumwe za Amerika yarashwe ku gutwi mu gisa n'ugushaka kumugandagura. Raba kuri iyi videwo ingene vyangeze.