Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Malawi: Dwayne yahagurukije bagenzi biwe kugwana n’umwanda
Malawi: Dwayne yahagurukije bagenzi biwe kugwana n’umwanda
Dwayne Nyambo, ni umusore w’imyaka 16 agendera ku “ibikorwa biruta amajambo”.
Afise ubuhinga akoresha bwo guhagurutsa abakiri bato, ngo barwanye imyanda, cane cane mu masoko yasakiye, nk’iryo i Zingwangwa, canke ahari amavuriro.
Abaho bemeza ko vyafashije kugabanya ingwara zivuye ku myanda.