Malawi: Dwayne yahagurukije bagenzi biwe kugwana n’umwanda

Malawi, Dwayne, umusore w'imyaka 16 arwana n'umwanda.
Insiguro y'isanamu, Dwayne, umusore w'imyaka 16 arwana n'umwanda.
Malawi: Dwayne yahagurukije bagenzi biwe kugwana n’umwanda

Dwayne Nyambo, ni umusore w’imyaka 16 agendera ku “ibikorwa biruta amajambo”.

Afise ubuhinga akoresha bwo guhagurutsa abakiri bato, ngo barwanye imyanda, cane cane mu masoko yasakiye, nk’iryo i Zingwangwa, canke ahari amavuriro.

Abaho bemeza ko vyafashije kugabanya ingwara zivuye ku myanda.

Insiguro ya video, Abo hafi ya Zingwangwa, bemeza ko vyafashije kugabanya ingwara zivuye ku myanda.