Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Ishusho ya Cristiano Ronaldo yashinzwe muri Amerika
Ishusho ya Cristiano Ronaldo yashinzwe muri Amerika
Iyo shusho Cristiano Ronaldo yashinzwe mu kibanze "Time Square" c'i New York muri USA.
Iyo shusho ipima 3.6m z'uburebure, yahashinzwe hahimbazwa imyaka 40 ico kibanza kigizwe rurangiranwa.
Ni ikibanza gikunze kuberamwo ibidasanzwe, nk'ivyerekwa ingenzi zama ziharundanye.