Ishusho ya Cristiano Ronaldo yashinzwe muri Amerika

Insiguro ya video, Ishusho ya Cristiano Ronaldo yashinzwe muri Amerika
Ishusho ya Cristiano Ronaldo yashinzwe muri Amerika

Iyo shusho Cristiano Ronaldo yashinzwe mu kibanze "Time Square" c'i New York muri USA.

Iyo shusho ipima 3.6m z'uburebure, yahashinzwe hahimbazwa imyaka 40 ico kibanza kigizwe rurangiranwa.

Ni ikibanza gikunze kuberamwo ibidasanzwe, nk'ivyerekwa ingenzi zama ziharundanye.

Ishusho ya Ronaldo yahinguwe ipima 3.6m z'uburebure.
Insiguro y'isanamu, Ishusho ya Ronaldo yahinguwe ipima 3.6m z'uburebure.