Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Senegal: Yiyamamaje mu minsi 9, ubu ni Perezida
Senegal: Yiyamamaje mu minsi 9, ubu ni Perezida
Perezida Bassirou Diyomaye Faye yagenye Ousmane Sonko, umushikiranganji wa mbere.
Sewabo wa uyo Perezida mushasha wa Senegal, ivyo uburongozi yabikuriyemwo.
Mu gihe, Perezida Faye yiyemeje impinduka nko mu vyo kurwanya ibiturire, intwaro, ubukene …
Abakurikira ivya Senegal bavuga ko afise urugendo rurerure.