Senegal: Yiyamamaje mu minsi 9, ubu ni Perezida

Insiguro ya video, Abakurikira ivya Senegal bavuga ko Perezida Bassirou Faye afise urugendo rurerure.
Senegal: Yiyamamaje mu minsi 9, ubu ni Perezida

Perezida Bassirou Diyomaye Faye yagenye Ousmane Sonko, umushikiranganji wa mbere.

Sewabo wa uyo Perezida mushasha wa Senegal, ivyo uburongozi yabikuriyemwo.

Mu gihe, Perezida Faye yiyemeje impinduka nko mu vyo kurwanya ibiturire, intwaro, ubukene …

Abakurikira ivya Senegal bavuga ko afise urugendo rurerure.

Senegal: Abakurikira ivya Senegal bavuga ko Perezida Bassirou Diyomaye Faye afise urugendo rurerure.
Insiguro y'isanamu, Abakurikira ivya Senegal bavuga ko Perezida Bassirou Faye afise urugendo rurerure.