Russia: ‘Z Bloggers’ bashaka ko intambara zibandanya, ni bande?

Insiguro ya video, ‘Z Bloggers’, niko abo Putin aharurako vyinshi, biyita.
Russia: ‘Z Bloggers’ bashaka ko intambara zibandanya, ni bande?

Perezida Putin yanambitse bamwe muri bo imidali.

Ni umugwi w’abakurikiranwa cane ku mihora yo guhanahana amakuru ‘influencers’ kubera ivyo bandika, berekana.

‘Z Bloggers’, niko abo Putin aharurako vyinshi, biyita.

Aba 'influencers' bakwiragiza ivyo intambara z'Uburusiya muri Ukraine
Insiguro y'isanamu, Aba 'influencers' bakwiragiza ivyo intambara z'Uburusiya muri Ukraine