Video: Dr Gaspard Ntahonkiriye n'umurya w'inanga

Insiguro ya video, Dr Gaspard Ntahonkiriye mu giteramo cabereye i Kigali mu Rwanda
Video: Dr Gaspard Ntahonkiriye n'umurya w'inanga

Ni umuganga yaminuje mu kuvura ingwara z'abagore (Gynecologue) ariko kandi akunda cane umuziki kavukire.

Dr Gasprd Ntahonkiriye yibanda ahanini ku ndirimbo z'imico y'ikirundi, akaba acuraranga inanga eka mbere n'ikinanda (armonica).

Avuga ko bidateye isoni kuririmba indirimbo kavukire n'aho yoba wize amashure menshi nka we.

Dr Gaspard Ntahonkiriye