Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Hajj: Yagenze n'amaguru 4.000km ngo ashikane uyu mugirwa wa Hajj i Mecca
Hajj: Yagenze n'amaguru 4.000km ngo ashikane uyu mugirwa wa Hajj i Mecca
Uyu munyeshure wo muri Pakistani yamye afise indoto, kimwe n'abandi ba Islam benshi, yo gushika i Mecca mu mugirwa wa Hajj.
Ariko we ku buryo bwihariye, yamye ashaka kuhagenda n'amaguru avuye iwabo muri Pakistani - urugendo rw'ibirometero 4.000!
Uku niko vyamugendeye...