Hajj: Yagenze n'amaguru 4.000km ngo ashikane uyu mugirwa wa Hajj i Mecca

Hajj: Yagenze n'amaguru 4.000km ngo ashikane uyu mugirwa wa Hajj i Mecca

Uyu munyeshure wo muri Pakistani yamye afise indoto, kimwe n'abandi ba Islam benshi, yo gushika i Mecca mu mugirwa wa Hajj.

Ariko we ku buryo bwihariye, yamye ashaka kuhagenda n'amaguru avuye iwabo muri Pakistani - urugendo rw'ibirometero 4.000!

Uku niko vyamugendeye...

Ibury rya Kaaba i Mecca

Ahavuye isanamu, Getty Images

Insiguro y'isanamu, Idini rya Islam ribwiriza buri mu-Islam abishoboye gukora urugendo rwa Hajj i Mecca n'imiburiburi rimwe mu buzima bwiwe