RD Congo : Uko Afrika itaramenya ubutunzi bwayo – izuba

RD Congo : Uko Afrika itaramenya ubutunzi bwayo – izuba

Izuba ryaka kw’isi, ica kabiri kirenga, ryakira muri Africa.

Ariko, ntirikoreshwa birenze igice 1%.

Ibura ry’umuyagankuba riguma ryongereza ubukene mu bantu.

Uko biri muri RD Congo ni akarorero k’uruhombo no kutamenya.

None ni kuki izuba ridakoreshwa bikwiye mu kugwiza uwo muyagankuba?