RD Congo : Uko Afrika itaramenya ubutunzi bwayo – izuba

Insiguro ya video, Ibibera muri RD Congo ni akarorero k'uruhombo.
RD Congo : Uko Afrika itaramenya ubutunzi bwayo – izuba

Izuba ryaka kw’isi, ica kabiri kirenga, ryakira muri Africa.

Ariko, ntirikoreshwa birenze igice 1%.

Ibura ry’umuyagankuba riguma ryongereza ubukene mu bantu.

Uko biri muri RD Congo ni akarorero k’uruhombo no kutamenya.

None ni kuki izuba ridakoreshwa bikwiye mu kugwiza uwo muyagankuba?

Ibibera muri RD Congo ni akarorero k'uruhombo.
Insiguro y'isanamu, Ibibera muri RD Congo ni akarorero k'uruhombo no kutamenya.