Abakobwa banyurujwe na Boko Haram muri Nigeriya, bakoreshwa iki?

Ahavuye isanamu, Getty Images
Umugwi w'abarwanyi ba ki Islam wo muri Nigeriya, Boko Haram, wanyuruje abana benshi b'abakobwa, abavuzwe cane akaba ari 200 bakuwe kw'ishure ry'i Chibok mu buraruko bw'igihugu. None Boko Haram yabakoresha iki?






