Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Tennis: Novak Djokovic aratsinze France Open
Umukinyi wa mbere kw'isi muri Tennis atsinze Andy Murray ku ma seti ane kuri imwe.
Gushika ubu ni yo ntsinzi atari bwaronke.
Djokovic yatsinzwe iseti ya mbere n'umwongereza Andy Murray, ariko aca atsinda izindi zine zikurikira.
Andy Murray na we nyene yaciye umuhigo muri urwo rukino.
Abaye umwongereza wa mbere wa Tennis ashitse mu rukino rwa nyuma mu nkino za Roland Garros kuva mu 1937.