Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Uko imigwi ikurikirana mw'ihiganwa ryo mu Bwongereza 2018/19: Manchester City, Man United, Liverpool, Chelsea, Arsenal
Uko imigwi ikurikirana mw'ihiganwa ryo mu Bwongereza gushika itariki 10 z'ukwezi kwa cumi nakabiri 2018
Manchester City, inyuma yo gutsindwa na Chelsea ibitego 2-0 ku musi wa gatandatu, bari mu kibanza ca kabiri, babishije Liverpool yatsinze Bournemouth 4-0.