Uriko ubona ku rubuga aherekana amakuru mu nyandiko gusa, hakoresha uburyo buke. Ja ku rubuga nyamukuru ubone amakuru mu nyandiko iherekejwe n'amasanamu.
Njana ku rubuga nyamukuru canke aho gusoma gusa
Ibindi vyerekeye ingene urwo rubuga rugutwara uburyo (ama mega) buke
Champions League mu bakobwa: Chelsea yikuye Bayern
Umugwi wa Chelsea w'abakobwa winanase ntiwava mw'ihiganwa rya Champions League uhejeje gutsindwa na Bayern Munich yasezeye hisunzwe amategeko yo gutsindira hanze.
Chelsea yatsinzwe na Bayern 2-1 ariko ikaba yari yatsinze 1-0 mu rukino rwa mbere gutryo biba bibaye 2-2, chelsea ibandanya ku kuba hari igitsindo yatsinze hanze giharugwamwo bibiri igihe c'amangane.
Igitsindo ca Chelsea co mu gice ca kabiri catumye uwo mugwi winjira ku rutonde rw'imigwi 16 ya nyuma igiye kubandanya ihiganwa.